Imigenderanire hagati y’uburundi n’urwanda ngo gushika ubu ntibiri ku murindi munini, ibibazo bihari hagati y’ivyo bihugu bizotinda bitorerwa umuti nk’uko Umushikiranganji muvyo ajejwe harimwo imigenderanire n’ayandi makungu Edouard Bizimana yabishikirije mu gihe yariko ashira ahabona ivyaranguwe n’ubwo bushikiranganji mu minsi 100 iheze kuri uyu wa gatanu igenekerezo rya 28 Munyonyo umwaka w’2025.
Voir aussi
SEMAINE DE LA DIASPORA PANAFRICAINE du 29 au 30 Juillet 2026 _ VERSION KIRUNDI ( VIDEO )
SEMAINE DE LA DIASPORA PANAFRICAINE du 29 au 30 Juillet 2026 A DONATUS CONFERENCE CENTER, …
Ambassade du Burundi à Doha Diplomatie