Ibiganiro bijanye n’imigenderanire y’Uburundi n’urwanda ntibikiri ku murindi munini

Imigenderanire hagati y’uburundi n’urwanda ngo gushika ubu ntibiri ku murindi munini, ibibazo bihari hagati y’ivyo bihugu bizotinda bitorerwa umuti nk’uko Umushikiranganji muvyo ajejwe harimwo imigenderanire n’ayandi makungu Edouard Bizimana yabishikirije mu gihe yariko ashira ahabona ivyaranguwe n’ubwo bushikiranganji mu minsi 100 iheze kuri uyu wa gatanu igenekerezo rya 28 Munyonyo umwaka w’2025.

Voir aussi

Calendrier Electoral 2027.

Calendrier Électoral

Laisser un commentaire

Votre adresse e-mail ne sera pas publiée. Les champs obligatoires sont indiqués avec *